Spiritual Books To Learn From, and Attain Ethical Moral Values

Subscribe

Newsletter

Sign In

My Account

Cart

OUR MONTHLY OFFER

New

Iga gusenga

Mw'isengesho ry'ukuri, uragira ubushakashatsi mu Mana Isengesho nyaryo ritera umunezero

 6,90

Includes 7% reduced VAT
Iga gusenga
Available immediately, delivery time 10-14 workdays **

Product Information

Abantu baribaza ku Mana.
Imana irihe? Imana yoba yumva? Imana yoba intahura? Yoba inkunda? Mu vy’ukuri Imana yoba ibaho? Nimba ibaho, ni kuberiki itigaragaza? Kubera iki itampa inyishu?
Mu vy’ukuri ibibazo ni vyinshi!
Yesu yaratwigishije: «Ni musabe muzohabwa, murondere kandi muzoronka, dodora muzugururirwa.»
Dutegerezwa rero kwiga kwiyerekeza imbere, kugira turonke Imana muri twebwe. Mw’isengesho rivuye muri twebwe nyene turarushirizaho kumenya Imana.
Isengesho nyaryo risaba rero kwiga, kuko isengesho
ryiza, rirya ribera muri twebwe, ni ikiyago tugirana n’Imana.

Iga gusenga
 6,90