New
Imana irakiza
Ubutumwa bw´ukuri

Article Nr.: G362bi
22 pages, free booklet
Available immediately, delivery time 10-14 workdays **
Product Information
Ni nde adashaka gukira? Ni nde atarizwa n’ingorane z’amagara zaba izoroshe canke izikomeye yipfuza kubohokako?
Nimba dushaka amagara meza, tugashaka ko umubiri wacu ukizwa n’inkomezi za Mpwemu, dutegerezwa gukurikiza ayo mabwirizwa y’ubuzima: Inkomezi mbi zataye igihe, zihungabanya umushaha n’umubiri. Ariko inkomezi nziza, zejejwe, zitunganye, ziha inkomezi umushaha n’umubiri kandi zikazana amagara meza. Ugukira rero kurashobora kuranguka kuva imbere kuja hanze k’umubiri biciye munkomezi z’Imana muri twebwe.






