New
Inyigisho yo k'umusozi - Urufunguruzo rw'ubuzima bw'impwemu bwuzuye
Ubutumwa bw'ukuri
Free *
ISBN
article number: G304bi
16 pages, brochure
ready for shipment, delivery time
3-5 workdays **
Product information
Inyigisho yo k'umusozi - Urufunguruzo rw'ubuzima bw'impwemu bwuzuye
Inyigisho yo k’umusozi – Urufunguruzo rw’ubuzima bw’impwemu bwuzuye
Kristo aravuga (Vyakuwe mugitabo « Iri n’ijambo ryanje »):
Inyigisho yo k’umusozi n’inzira Y’Impwemu ishikana k’umutima w’Imana, k’ugutungana. Nyoborera abanje k’ukumenya ukuri.
«Hahirwa aboro mu mutima kuko ubwami
bwo mw’ijuru ari ubwabo.»
Ijambo «aboro» ntirisigura ubukene bw’ivy’isi. Sibwo buzana uguhimbarwa muri mpwemu, ahubwo ni ukwiyegurira Imana aho umuntu akora ubugombe bwayo. Niwe mutunzi mu mpwemu.
Ijambo «aboro» risigura abantu batarondera
kwirundanirizako no kwegeranya ivy’isi…
Ubutunzi bw’abo bw’impwemu ni ubuzima mu
mana, kubw’Imana no kubwa bagenzi babo.
Bagendera ibwirizwa «Senga kandi kora».
«Hahirwa abatuntuye, kukw’aribo bazokwirurwa.»
Ugutuntura kw’umuntu ntigukomoka ku
Mana…
New
Inyigisho yo k'umusozi - Urufunguruzo rw'ubuzima bw'impwemu bwuzuye
Ubutumwa bw'ukuri
Free *
article number: G304bi
16 pages, brochure
ready for shipment, delivery time
3-5 workdays **