Spiritual Books To Learn From, and Attain Ethical Moral Values

Subscribe

Newsletter

Sign In

My Account

Cart

New

PDF – « Iri n’Ijambo Ryanje – A na Ω ». Ubutumwa bwa Yesu

 0,00

Includes 7% reduced VAT
Available immediately, delivery time no delivery time (e.g. download) **

Product Information

PDF – Haraciye imyaka ibihumbi bibiri, Yesu w’Inazareti avuze: «Igihe Mpwemu w’ukuri azozira, azobamenyesha ukuri kwose» Ni vyo vyabaye kandi bibandanya kuba biciye muri Gabriele, umuhanuzikazi akaba n’umutangabutumwakazi w’Imana muri iki gihe cacu.
Mu gitabo cayo gihambaye c’ubuhishuzi, «Iri n’Ijambo Ryanje. Alpha na Omega. Ubutumwa bwa Yesu. Ubuhishuzi bwa Kristo, buzwi n’abakristo nyakuri mw’isi yose», Kristo ubwiwe aragaragaza mu buryo buramvuye ukuri kw’ubuzima n’inyigisho vy’Umunyanazareti. Aarakosora inyigisho z’amakosa, araduha ivyari vyaranyegejwe na n’ubu n’ibindi kandi «Ukuri kwose», nk’uko yabisezeranye igihe y’isubiriza muri Yesu.
Iki gitabo cegeranije bimwe bimwe mu biri mu gitabo gifise impapuro zirenga igihumbi, «Iri n’Ijambo Ryanje»

PDF – « Iri n’Ijambo Ryanje – A na Ω ». Ubutumwa bwa Yesu
 0,00