The Free Universal Spirit is the teaching of the love for God and neighbor toward people, nature and animals

OUR EASTER OFFER: 20% OFF!

Ubuzima butunze gushika mu zabukuru

Ubutumwa bw'ukuri

 0,00

Includes 7% reduced VAT
Ubuzima butunze gushika mu zabukuru
Available immediately, delivery time 3-5 workdays **

Product Information

Ubuzima butunze gushika mu zabukuru

Ubuto si igihe gusa c’urukurikirane rw’ubuzima ariko ni inyifato y’imbere idafatiye ku gihe runaka mu buzima canke ku myaka.
Imyaka y’umuntu si yo ibigaragaza, igihambaye ni ico umuntu akora mu buzima bwiwe – nico cerekana kandi kikamwereka urugezo umuntu ariko mu kuba muto canke mu gusaza imbere muri we. Ubuzima tubaho buvana n’ivyiyumviro vyacu.
Kuko duhinduka ivyiyumviro vyacu, muri kazoza igihe tuzoba dufise imyaka runaka.

Click on the button to load the content from e.issuu.com.

Load content

Ubuzima butunze gushika mu zabukuru
 0,00