Spiritual Books To Learn From, and Attain Ethical Moral Values

Subscribe

Newsletter

Sign In

My Account

Cart

New

PDF – Mubaho ibihe vyose. Urupfu ntirubaho

 0,00

Includes 7% reduced VAT
Available immediately, delivery time no delivery time (e.g. download) **

Product Information

PDF – Kuki abantu benshi bafise ubwoba bw’icitwa « urupfu »? Kuki hari uruhagarara rwinshi, ubwoba no kwiyamamura ikintu kitiyamburwa gitegerezwa gushika k’umuntu? Uko batahura urupfu bitera kubantu benshi ubwoba bwinshi, uruhagarara, umwiheburo bitanga ishusho itariyo, yahinduwe, ni ingaruka yo kutamenya, yo kwanka kumenya, ingaruka y’imigenderanire mibi n’ubuzima? N’ibiki biteza ubwo bwoba? (…)

Ubuzima ntibuhagarara. Ubuzima ni umugende w’umuco udakama, w’inkomezi zejejwe zitemba zidahagarara. Ntankomezi nimwe yijana.
Vyonyene kuvuka kw’isi birimwo ico twita urupfu kuko kuri buri umwe nko kuri buri buzima bw’umuntu. (…)

PDF – Mubaho ibihe vyose. Urupfu ntirubaho
 0,00