Your cart is currently empty!
New
Mubaho ibihe vyose. Urupfu ntirubaho
Article Nr.: G309bi
brochure
Available immediately, delivery time 10-14 workdays **
Product Information
Kuki abantu benshi bafise ubwoba bw’icitwa « urupfu »? Kuki hari uruhagarara rwinshi, ubwoba no kwiyamamura ikintu kitiyamburwa gitegerezwa gushika k’umuntu? Uko batahura urupfu bitera kubantu benshi ubwoba bwinshi, uruhagarara, umwiheburo bitanga ishusho itariyo, yahinduwe, ni ingaruka yo kutamenya, yo kwanka kumenya, ingaruka y’imigenderanire mibi n’ubuzima? N’ibiki biteza ubwo bwoba? (…)
Ubuzima ntibuhagarara. Ubuzima ni umugende w’umuco udakama, w’inkomezi zejejwe zitemba zidahagarara. Ntankomezi nimwe yijana.
Vyonyene kuvuka kw’isi birimwo ico twita urupfu kuko kuri buri umwe nko kuri buri buzima bw’umuntu. (…)