Spiritual Books To Learn From, and Attain Ethical Moral Values

Subscribe

Newsletter

Sign In

My Account

Cart

PDF – Imana muri twebwe

na Gabriele

 0,00

Includes 7% reduced VAT
Available immediately, delivery time no delivery time (e.g. download) **

Product Information

Vyumwihariko muri iki gihe, ijambo “Imana muri twebwe” rirashobora guca mu maso y’abantu nk’agasomborotso.

Gabriele arandika: „Icipfuzo canje bisanzwe, nico kuvugira Imana, atari ukwivugira canke idini ry’imigenzo ariko kuvugira Imana gusa.
Nshaka kumenyesha bagenzanje. Nararonse Imana, ubuzima, ibwina cane mu mushaha wanje. Ndazi ko idukunda twese, muri Data ahoraho, kuri umwe umwe wese yatwihweje yongera aturema mu mutima wayo.
Imana iriho ibihe vyose. Iri mu bimera. N’ubuzima, umuco muri buri gikoko, buri giterwa, buri buye, muri buri giti. Imana iri ibwina cane mu mushaha wanyu. Imana irikumwe namwe kandi hafi yanyu.“

PDF – Imana muri twebwe
 0,00